Matayo 6:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Gume rero mubanza kurondera Ubwami n’ubugororotsi bw’Imana, ivyo bindi vyose na vyo muzovyongerwa+. Abafilipi 4:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ntimwiganyire ku kintu na kimwe+. Ahubwo mu bihe vyose, ivyo mukeneye gusaba mubimenyeshe Imana mu gusenga, mu gutakamba no mu gukenguruka+. 1 Petero 5:6, 7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Mwicishe bugufi rero munsi y’ukuboko kw’Imana gukomeye, kugira ibashire hejuru igihe kigeze+, 7 kandi mugume muterera amaganya yanyu* yose kuri yo+, kuko ibababara+.
33 Gume rero mubanza kurondera Ubwami n’ubugororotsi bw’Imana, ivyo bindi vyose na vyo muzovyongerwa+.
6 Ntimwiganyire ku kintu na kimwe+. Ahubwo mu bihe vyose, ivyo mukeneye gusaba mubimenyeshe Imana mu gusenga, mu gutakamba no mu gukenguruka+.
6 Mwicishe bugufi rero munsi y’ukuboko kw’Imana gukomeye, kugira ibashire hejuru igihe kigeze+, 7 kandi mugume muterera amaganya yanyu* yose kuri yo+, kuko ibababara+.