Zaburi 19:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ijuru riratangaza ubuninahazwa bw’Imana+,ikirere na co kikamenyesha ibikorwa vy’amaboko yayo+. Abaroma 1:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Nkako ibintu tutabona biranga Imana*, ni ukuvuga ububasha bwayo bwamaho+ n’ubumana bwayo+, biribonekeza neza kuva igihe isi yaremwa, kuko bibonekera ku bintu yaremye+. Nta co rero bafise bireguza.
20 Nkako ibintu tutabona biranga Imana*, ni ukuvuga ububasha bwayo bwamaho+ n’ubumana bwayo+, biribonekeza neza kuva igihe isi yaremwa, kuko bibonekera ku bintu yaremye+. Nta co rero bafise bireguza.