Yesaya 44:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Ndi Umwe avuga ku bijanye na Kuro+ ati: “Ni umwungere wanje,kandi azoshitsa neza ivyo ngomba vyose+.”Ndi Umwe avuga ku bijanye na Yeruzalemu ati: “Hazosubira kwubakwa”, no ku bijanye n’urusengero ati: “Umushinge wawe uzoshingwa+.”» Yesaya 46:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ndiko mpamagara inyoni ihiga ngo ize ivuye i burasirazuba*+,ngahamagara mu gihugu ca kure umuntu azoshitsa umugambi* wanje+. Narabivuze kandi nzobishitsa. Narabiteguye no kubikora nzobikora+. Ivyahishuwe 16:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Uwa gatandatu asuka ibakure yiwe kuri rwa ruzi runini, ari rwo Efurate+. Amazi yarwo aca arakama+, kugira hategurwe inzira y’abami+ bava mu buseruko.
28 Ndi Umwe avuga ku bijanye na Kuro+ ati: “Ni umwungere wanje,kandi azoshitsa neza ivyo ngomba vyose+.”Ndi Umwe avuga ku bijanye na Yeruzalemu ati: “Hazosubira kwubakwa”, no ku bijanye n’urusengero ati: “Umushinge wawe uzoshingwa+.”»
11 Ndiko mpamagara inyoni ihiga ngo ize ivuye i burasirazuba*+,ngahamagara mu gihugu ca kure umuntu azoshitsa umugambi* wanje+. Narabivuze kandi nzobishitsa. Narabiteguye no kubikora nzobikora+.
12 Uwa gatandatu asuka ibakure yiwe kuri rwa ruzi runini, ari rwo Efurate+. Amazi yarwo aca arakama+, kugira hategurwe inzira y’abami+ bava mu buseruko.