ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 43:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Yehova avuze ati: «Muri ivyabona vyanje+,

      emwe, umusavyi wanje natoye+,

      kugira ngo mumenye ibinyerekeye kandi munyizere*,

      no kugira ngo mutegere ko ndi wa wundi nyene+.

      Imbere yanje nta Mana yaremwe*,

      n’inyuma yanje nta n’imwe yaremwe*+.

  • Yesaya 44:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 Yehova wa Mwami+ akaba n’Umucunguzi+ wa Isirayeli,

      Yehova Nyeningabo, avuze ati:

      “Ndi uwa mbere kandi ndi uwa nyuma+.

      Nta yindi Mana atari jewe+.

  • Yesaya 48:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Nyumviriza, ewe Yakobo, nawe Isirayeli uwo nahamagaye.

      Ndi wa wundi nyene+. Ndi uwa mbere kandi ndi uwa nyuma+.

  • Ivyahishuwe 1:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 «Jewe ndi Alufa na Omega*+», ni ko Yehova* avuze, «Umwe ariho kandi yamyeho kandi ariko araza, Imana Mushoboravyose+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika