Yesaya 44:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Umucuzi ashira icuma ku makara akagihingura akoresheje igikoresho ciwe. Aragihingura akoresheje inyundo zitandukanye,akagitunganya akoresheje ukuboko kwiwe kw’inkomezi+. Mu nyuma arasonza, inguvu zikamuherana.Kubera atanyoye amazi, araruha. Yesaya 46:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Hari abakura inzahabu nyinshi mw’isaho,bagapima ifeza ku munzane. Barariha umucuzi, na we akabikoramwo imana+. Baraheza bakayikubita imbere bakayisenga*+.
12 Umucuzi ashira icuma ku makara akagihingura akoresheje igikoresho ciwe. Aragihingura akoresheje inyundo zitandukanye,akagitunganya akoresheje ukuboko kwiwe kw’inkomezi+. Mu nyuma arasonza, inguvu zikamuherana.Kubera atanyoye amazi, araruha.
6 Hari abakura inzahabu nyinshi mw’isaho,bagapima ifeza ku munzane. Barariha umucuzi, na we akabikoramwo imana+. Baraheza bakayikubita imbere bakayisenga*+.