5 Ubu rero, nimwangamburukira mudaca ku ruhande kandi mukagumya isezerano ryanje, muzombera ihanga ridasanzwe mu yandi mahanga yose+, kuko isi yose ari rwanje+. 6 Muzombera ubwami bw’abaherezi n’ihanga ryeranda+.” Ivyo abe ari vyo uza kubwira Abisirayeli.»