ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 20:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Mana yacu, mbega si wewe wirukanye ababa muri iki gihugu bakabisa abantu bawe b’Abisirayeli? Waciye ugiha uruvyaro* rw’umugenzi wawe Aburahamu+ ngo kibabere intoranwa ibihe vyose.

  • Yakobo 2:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Vyongeye, icanditswe cararangutse, kimwe kivuga ngo: «Aburahamu yizeye Yehova*, abonwa ko ari umugororotsi*+», araheza yitwa «umugenzi wa Yehova*+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika