-
Yeremiya 33:25, 26Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
25 Yehova avuze ati: “Nk’uko nyene nashinze isezerano rijanye n’umurango be n’ijoro+, ngashinga n’amategeko* agenga ijuru n’isi+, 26 ni ko nyene ntazokwigera mpeba uruvyaro* rwa Yakobo n’urw’umusavyi wanje Dawidi, ngo ndeke gutora mu ruvyaro* rwiwe abatware bo kuganza abakomoka kuri Aburahamu*, Izahaki na Yakobo. Kuko nzokoranya abantu babo bagizwe imbohe+ ndabagarukane, kandi nzobumvira akagongwe+.”»
-