Gusubira mu vyagezwe 33:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Imana ni ubuhungiro kuva kera na rindi+,amaboko yayo yamaho ari munsi yawe+. Izokwirukana abansi bawe baguhunge+,kandi izokubwira iti: “Bazimanganye+!” Zaburi 115:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ewe Isirayeli, niwizigire Yehova+:ni we mutabazi wawe n’inkinzo yawe+.
27 Imana ni ubuhungiro kuva kera na rindi+,amaboko yayo yamaho ari munsi yawe+. Izokwirukana abansi bawe baguhunge+,kandi izokubwira iti: “Bazimanganye+!”