Yesaya 40:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Imbere yayo amahanga yose ni nk’ikintu kitabaho+.Iyabona nk’ubusa, nk’ikintu ata co kimaze+. Yesaya 60:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Kuko ihanga ryose n’ubwami bwose bitazogukorera bizohona,kandi amahanga azotikira aherengetere+.