Gusubira mu vyagezwe 7:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Yehova ntiyabakunze canke ngo abatore ngo ni uko ihanga ryanyu ryarimwo abantu benshi+. Mbere mwari bakeyi mu yandi mahanga yose+.
7 Yehova ntiyabakunze canke ngo abatore ngo ni uko ihanga ryanyu ryarimwo abantu benshi+. Mbere mwari bakeyi mu yandi mahanga yose+.