Yesaya 25:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Kuri uwo musi bazovuga bati: «Raba! Iyi ni yo Mana yacu+. Twarayizigiye+kandi izodukiza+. Uyu ni Yehova. Twaramwizigiye. Tunezerwe duhimbarwe kubera ubukiriro atanga+.»
9 Kuri uwo musi bazovuga bati: «Raba! Iyi ni yo Mana yacu+. Twarayizigiye+kandi izodukiza+. Uyu ni Yehova. Twaramwizigiye. Tunezerwe duhimbarwe kubera ubukiriro atanga+.»