Ezekiyeli 39:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 “Bazomenya vy’ukuri yuko ndi Yehova Imana yabo, ninabarungika mu bunyagano mu mahanga maze nkabakoraniriza hamwe nkabagarukana mu gihugu cabo, ata n’umwe asigaye inyuma+.
28 “Bazomenya vy’ukuri yuko ndi Yehova Imana yabo, ninabarungika mu bunyagano mu mahanga maze nkabakoraniriza hamwe nkabagarukana mu gihugu cabo, ata n’umwe asigaye inyuma+.