6 Yehova wa Mwami+ akaba n’Umucunguzi+ wa Isirayeli,
Yehova Nyeningabo, avuze ati:
“Ndi uwa mbere kandi ndi uwa nyuma+.
Nta yindi Mana atari jewe+.
7 Ni nde ameze nkanje+?
Nasemerere abivuge, ampe ibimenyamenya+.
Navuge ibigira bibe
avuge n’ibizoba,
nk’uko nabigize kuva igihe nashiraho ihanga rya kera.