-
Gusubira mu vyagezwe 7:26Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
26 Ntimuze muzane mu mazu yanyu ikintu gishisha, kuko namwe mwohava muba abo gutikizwa nka co. Mukwiye kucanka urunuka, kikabashisha rwose kuko ari ikintu co gutikizwa.
-