Yesaya 46:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ndiko mpamagara inyoni ihiga ngo ize ivuye i burasirazuba*+,ngahamagara mu gihugu ca kure umuntu azoshitsa umugambi* wanje+. Narabivuze kandi nzobishitsa. Narabiteguye no kubikora nzobikora+. Ivyahishuwe 16:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Uwa gatandatu asuka ibakure yiwe kuri rwa ruzi runini, ari rwo Efurate+. Amazi yarwo aca arakama+, kugira hategurwe inzira y’abami+ bava mu buseruko.
11 Ndiko mpamagara inyoni ihiga ngo ize ivuye i burasirazuba*+,ngahamagara mu gihugu ca kure umuntu azoshitsa umugambi* wanje+. Narabivuze kandi nzobishitsa. Narabiteguye no kubikora nzobikora+.
12 Uwa gatandatu asuka ibakure yiwe kuri rwa ruzi runini, ari rwo Efurate+. Amazi yarwo aca arakama+, kugira hategurwe inzira y’abami+ bava mu buseruko.