-
Habakuki 2:18, 19Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
18 Mbega igishusho kibajwe kimaze iki
igihe umuntu amaze kukibāza?
Igishusho gikoze mu cuma*, cigisha ibinyoma, kimaze iki?
Kimaze iki naho uwagikoze acizigira,
agahingura imana ata co zimaze zidashobora no kuvuga+?
19 Aragowe uwubwira ikigegene c’igiti ngo: ‘Ikangure!’
Canke akabwira ibuye ritavuga ngo: ‘Vyuka utwigishe!’
-