ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 1:1, 2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 1 Mu mwaka wa mbere Kuro+ umwami w’Ubuperesi aganza, Yehova atuma uwo mwami* asohora itangazo mu bwami bwose aganza, kugira ivyo Yehova yavuze biciye kuri Yeremiya+ biranguke. Iryo tangazo yaranaryandikishije+. Ryavuga riti:

      2 «Kuro umwami w’Ubuperesi avuze ati: “Yehova Imana yo mw’ijuru yarampaye ubwami bwose bwo mw’isi+, kandi yanshinze igikorwa co kumwubakira inzu i Yeruzalemu+ mu Buyuda.

  • Yesaya 40:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Duga ku musozi muremure,

      wa mugore uzaniye inkuru nziza Siyoni+.

      Duza ijwi ushiremwo inguvu,

      wa mugore uzaniye inkuru nziza Yeruzalemu.

      Riduze. Ntutinye.

      Tangariza ibisagara vy’Ubuyuda uti: «Ng’iyi Imana yanyu+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika