ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 115:4-8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Ibigirwamana vyabo ni ifeza n’inzahabu,

      kandi vyakozwe n’amaboko y’abantu+.

       5 Bifise umunwa ariko ntibivuga+.

      Bifise amaso ariko ntibibona.

       6 Bifise amatwi ariko ntivyumva.

      Bifise amazuru ariko ntibimoterwa.

       7 Bifise intoke ariko ntibishobora gukorakora.

      Bifise amaguru ariko ntibishobora gutambuka+.

      Imihogo yavyo ntisohora ijwi+.

       8 Ababikora bazomera nka vyo+,

      eka mbere n’abavyizigira bose+.

  • Yesaya 44:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Abo bose babaza ibishusho nta co bamaze.

      N’ibintu vyabo bikundira cane nta co bizomara+.

      Ni ivyabona* ata co bibona kandi ata co bizi+,

      ni co gituma ababihinguye bazomaramara+.

  • 1 Abakorinto 8:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Ku bijanye no gufungura ivyashikaniwe ibigirwamana, turazi ko ikigirwamana ari ubusa gusa*+ be n’uko hari Imana imwe gusa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika