Gusubira mu vyagezwe 28:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ariko nimutumviriza ijwi rya Yehova Imana yanyu, ntimwiteho gukurikiza amabwirizwa yiwe yose n’ivyagezwe vyiwe ndabahaye uyu musi, iyi mivumo yose izobazako ibahamvye+: Gusubira mu vyagezwe 28:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Umwimbu wo mu mirima yanyu n’ibifungurwa vyanyu vyose bizoribwa n’abantu mutazi+. Bazokwama babanyaga utwanyu bongera babacinyiza. Yeremiya 50:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Abisirayeli ni intama zashwiragiye+. Intambwe zarabasanzaje+. Ubwa mbere, umwami wa Ashuri yarabariye arabamara+, hanyuma Nebukadinezari* umwami wa Babiloni aguguna amagufa yabo+.
15 Ariko nimutumviriza ijwi rya Yehova Imana yanyu, ntimwiteho gukurikiza amabwirizwa yiwe yose n’ivyagezwe vyiwe ndabahaye uyu musi, iyi mivumo yose izobazako ibahamvye+:
33 Umwimbu wo mu mirima yanyu n’ibifungurwa vyanyu vyose bizoribwa n’abantu mutazi+. Bazokwama babanyaga utwanyu bongera babacinyiza.
17 Abisirayeli ni intama zashwiragiye+. Intambwe zarabasanzaje+. Ubwa mbere, umwami wa Ashuri yarabariye arabamara+, hanyuma Nebukadinezari* umwami wa Babiloni aguguna amagufa yabo+.