ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 23:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 «Ubu ndi mu gupfa*. Mwebwe ubwanyu murazi neza* yuko ata kintu na kimwe mu bintu vyiza vyose Yehova Imana yanyu yabasezeraniye kitashitse. Vyose vyarabaye ku neza yanyu. Nta na kimwe kitashitse+.

  • Yesaya 55:10, 11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Kurya nyene imvura na shelegi* bikoroka bivuye mw’ijuru,

      ntibisubireyo bitanywesheje isi, bigatuma yimbuka ikamera,

      uwubiba akaronka imbuto, n’uwurya akaronka ibifungurwa,

      11 ni ko n’ijambo riva mu kanwa kanje rizomera+.

      Ntirizongarukako ata co rishitseko+,

      ahubwo rizoshitsa vy’ukuri ikimpimbara* cose+,

      riroranirwe ata kabuza mu co naritumye.

  • Zakariya 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Ariko ivyo navuze n’amategeko nahaye abasavyi banje b’abahanuzi, mbega ba so ntibabonye ingene vyarangutse+?” Barangarutseko rero, bavuga bati: “Yehova Nyeningabo yadukoreye ibihuye n’ingeso zacu be n’ivyo dukora, nk’uko yari yariyemeje kubigira+.”»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika