-
Yesaya 43:3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 Kuko ndi Yehova Imana yawe,
wa Mweranda wa Isirayeli akaba n’Umukiza wawe.
Natanze Misiri ngo ikubere incungu,
ntanga Etiyopiya na Seba mu kibanza cawe.
-