Ezekiyeli 38:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Uzoza gutera abantu banje b’Abisirayeli nka kurya kw’ibicu bipfutse igihugu. Mu misi y’iherezo, nzokuzana gutera igihugu canje+, kugira ngo amahanga amenye jewe, ninerekana ko ndi mweranda imbere yayo biciye ku vyo nzogukorera, ewe Gogi+!’” Ezekiyeli 38:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Nzoshitsa urubanza namuciriye*, ndamuteze ikiza+, ntume haseseka amaraso. Nzogwisha kuri we imvura y’isegenya, urubura+, umuriro+ n’amazuku*+, ndabigwishe no ku ngabo ziwe no ku mahanga menshi ari kumwe na we+. Zakariya 2:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Kuko Yehova Nyeningabo amaze kuninahazwa*, yantumye ku mahanga yahora abanyaga+. Avuze ati: “Uwubakozeko aba akoze ku mbone y’ijisho ryanje+. Zakariya 12:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Kuri uwo musi Yeruzalemu nzoyigira ibuye riremera* amahanga yose. Abazoriterura bose ntibazogenda badakomeretse cane+. Amahanga yose yo kw’isi azokoranira hamwe ngo ayirwanye+.»
16 Uzoza gutera abantu banje b’Abisirayeli nka kurya kw’ibicu bipfutse igihugu. Mu misi y’iherezo, nzokuzana gutera igihugu canje+, kugira ngo amahanga amenye jewe, ninerekana ko ndi mweranda imbere yayo biciye ku vyo nzogukorera, ewe Gogi+!’”
22 Nzoshitsa urubanza namuciriye*, ndamuteze ikiza+, ntume haseseka amaraso. Nzogwisha kuri we imvura y’isegenya, urubura+, umuriro+ n’amazuku*+, ndabigwishe no ku ngabo ziwe no ku mahanga menshi ari kumwe na we+.
8 Kuko Yehova Nyeningabo amaze kuninahazwa*, yantumye ku mahanga yahora abanyaga+. Avuze ati: “Uwubakozeko aba akoze ku mbone y’ijisho ryanje+.
3 Kuri uwo musi Yeruzalemu nzoyigira ibuye riremera* amahanga yose. Abazoriterura bose ntibazogenda badakomeretse cane+. Amahanga yose yo kw’isi azokoranira hamwe ngo ayirwanye+.»