-
Yeremiya 35:15Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
15 Nagumye ndabatumako abasavyi banje bose b’abahanuzi incuro n’izindi*+, nkavuga nti: “Ndabasavye, umwe wese ahindukire ahebe ingeso ziwe mbi+, akore ibigororotse. Ntimukurikire izindi mana kandi ntimuzisenge*. Muzoheza mubandanye kuba mu gihugu nabahaye mwe na ba sogokuruza banyu+.” Ariko ntimwateze ugutwi canke ngo munyumvirize.
-