Yesaya 62:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Yehova yarahije ukuryo kwiwe, arahiza ukuboko kwiwe gukomeye ati: «Sinzoreka ngo abansi bawe bongere kurya intete zawe,kandi abanyamahanga ntibazonywa umuvinyu wawe mushasha wacumukuriye+. Amosi 9:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Nzogarukana abantu banje b’Abisirayeli bagizwe imbohe+.Bazosubira kwubaka ibisagara vyabaye umusaka maze babibemwo+.Bazotera imizabibu binywere umuvinyu wayo+,kandi bazorima imirima bongere barye ivyo bimbuye+.
8 Yehova yarahije ukuryo kwiwe, arahiza ukuboko kwiwe gukomeye ati: «Sinzoreka ngo abansi bawe bongere kurya intete zawe,kandi abanyamahanga ntibazonywa umuvinyu wawe mushasha wacumukuriye+.
14 Nzogarukana abantu banje b’Abisirayeli bagizwe imbohe+.Bazosubira kwubaka ibisagara vyabaye umusaka maze babibemwo+.Bazotera imizabibu binywere umuvinyu wayo+,kandi bazorima imirima bongere barye ivyo bimbuye+.