-
Yesaya 61:3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 kwitwararika abagandariye Siyoni,
kubaha igitambara bambara ku mutwe mu kibanza c’iminyota,
amavuta y’umunezero mu kibanza c’ikigandaro,
n’impuzu y’amashemezo mu kibanza c’umutima udendebukiwe.
-