ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 49:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Agakoni k’ubwami ntikazova kwa Yuda+, kandi n’inkoni ya kizigenza ntizova hagati y’ibirenge vyiwe, gushika Shilo* aje+. Amahanga yose azomugamburukira+.

  • Zaburi 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 avuge ati: «Ni jewe niyimikiye umwami wanje+

      kuri Siyoni+, umusozi wanje mweranda.»

  • Luka 1:32, 33
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 32 Azoba uwuhambaye+ kandi azokwitwa Umwana w’Imana Musumbavyose+. Yehova* Imana azomuha intebe y’ubwami ya se wiwe Dawidi+. 33 Azoganza abakomoka kuri Yakobo ibihe vyose, kandi Ubwami bwiwe ntibuzogira iherezo+.»

  • Yohani 1:49
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 49 Natanayeli aca avuga ati: «Rabi, uri Umwana w’Imana, Umwami wa Isirayeli+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika