Zaburi 123:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Nka kurya abasuku baguma bahanze amaso ukuboko kwa shebuja,abasukukazi na bo bakaguma bahanze amaso ukuboko kwa inabuja,ni ko tuguma duhanze amaso Yehova Imana yacu+,gushika atugiriye ubuntu+.
2 Nka kurya abasuku baguma bahanze amaso ukuboko kwa shebuja,abasukukazi na bo bakaguma bahanze amaso ukuboko kwa inabuja,ni ko tuguma duhanze amaso Yehova Imana yacu+,gushika atugiriye ubuntu+.