Zaburi 46:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 46 Imana ni ubuhungiro bwacu n’inkomezi zacu+.Ni umutabazi yoroshe kuronka mu bihe vy’ivyago+. Nahumu 1:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Yehova ni mwiza+, ni igihome gikomeye kidukingira ku musi w’amagorwa+. Aritwararika* abamuhungirako+.
7 Yehova ni mwiza+, ni igihome gikomeye kidukingira ku musi w’amagorwa+. Aritwararika* abamuhungirako+.