-
Yesaya 17:13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Amahanga azohinda nk’urwamo rw’amazi menshi.
Imana izoyakankamira ahungire kure,
nka kurya umuguruka wo ku misozi utumurwa n’umuyaga,
nka kurya ibitovu bivumburwa n’umuyaga w’igihuhusi bikagenda vyizunguriza.
-