-
Ezekiyeli 18:17Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
17 Ntacinyiza umworo. Ntarondera kwunguka ivy’umurengera canke ngo asabe inyungu uwo aguranye. Arubahiriza ingingo nashinze, agakurikiza ivyagezwe vyanje. Umuntu nk’uyo ntazopfa kubera ikosa rya se. Vy’ukuri azobandanya kubaho.
-