Abalewi 26:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nimwabandanya kwubahiriza ivyagezwe vyanje n’amabwirizwa yanje kandi mukabikurikiza+, Yakobo 4:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Uwushinga amategeko akaba n’Umucamanza ni umwe gusa+. Ni we ashoboye gukiza no guhonya+. None wewe uri nde ngo ucire urubanza mugenzawe+?
12 Uwushinga amategeko akaba n’Umucamanza ni umwe gusa+. Ni we ashoboye gukiza no guhonya+. None wewe uri nde ngo ucire urubanza mugenzawe+?