Yeremiya 25:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 “Mugabo iyo myaka 70 niyakwira+, nzohana umwami wa Babiloni n’iryo hanga kubera ikosa ryabo+”, ni ko Yehova avuze. “Nzotuma igihugu c’Abakaludaya gicika umusaka ibihe vyose+. Yeremiya 25:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Kuko bazogirwa abashumba+ n’amahanga menshi be n’abami bakomeye+, kandi nzobishura ibihwanye n’ivyo bakora, ibihwanye n’ibikorwa vy’amaboko yabo+.”» Yeremiya 50:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Nimumuvugirize akaruru k’intambara impande zose. Yishikanye*. Inkingi ziwe zaguye, inzitiro ziwe zirasamburwa+,kuko Yehova ari we yamwihoye+. Nimumwihore, mumukorere nk’ivyo yakoze+.
12 “Mugabo iyo myaka 70 niyakwira+, nzohana umwami wa Babiloni n’iryo hanga kubera ikosa ryabo+”, ni ko Yehova avuze. “Nzotuma igihugu c’Abakaludaya gicika umusaka ibihe vyose+.
14 Kuko bazogirwa abashumba+ n’amahanga menshi be n’abami bakomeye+, kandi nzobishura ibihwanye n’ivyo bakora, ibihwanye n’ibikorwa vy’amaboko yabo+.”»
15 Nimumuvugirize akaruru k’intambara impande zose. Yishikanye*. Inkingi ziwe zaguye, inzitiro ziwe zirasamburwa+,kuko Yehova ari we yamwihoye+. Nimumwihore, mumukorere nk’ivyo yakoze+.