Yesaya 21:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ehe raba haje abagabo bari mu mukogote w’intambara ukwegwa n’amafarasi abiri+!» Maze asemerera ati: «Yatemvye! Babiloni yatemvye+! Ibishusho bibajwe vyose vy’imana ziwe vyamenaguriwe hasi+.» Yesaya 47:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Mugabo ibi bintu bibiri bizogushikira bukwi na bukwi, ku musi umwe+: ukubura abana n’ugupfakara. Ivyo bintu bizogushikako ku rugero rwuzuye+,kubera ubupfumu bwawe bwinshi n’uburozi* bwawe bwose bukomeye*+. Ivyahishuwe 14:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Haza uwundi mumarayika agira kabiri, maze avuga ati: «Yatemvye! Babiloni Akomeye+ yatemvye+, umwe yatuma amahanga yose anywa umuvinyu w’ubusambanyi* bwiwe bukaze*+!»
9 Ehe raba haje abagabo bari mu mukogote w’intambara ukwegwa n’amafarasi abiri+!» Maze asemerera ati: «Yatemvye! Babiloni yatemvye+! Ibishusho bibajwe vyose vy’imana ziwe vyamenaguriwe hasi+.»
9 Mugabo ibi bintu bibiri bizogushikira bukwi na bukwi, ku musi umwe+: ukubura abana n’ugupfakara. Ivyo bintu bizogushikako ku rugero rwuzuye+,kubera ubupfumu bwawe bwinshi n’uburozi* bwawe bwose bukomeye*+.
8 Haza uwundi mumarayika agira kabiri, maze avuga ati: «Yatemvye! Babiloni Akomeye+ yatemvye+, umwe yatuma amahanga yose anywa umuvinyu w’ubusambanyi* bwiwe bukaze*+!»