Yesaya 13:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Umuntu wese azosubira mu b’iwabo,umwe wese ahungire mu gihugu ciwe+,nka kurya kw’ingeregere bariko barahiga, nka kurya kw’ubusho butagira umwungere.
14 Umuntu wese azosubira mu b’iwabo,umwe wese ahungire mu gihugu ciwe+,nka kurya kw’ingeregere bariko barahiga, nka kurya kw’ubusho butagira umwungere.