Yeremiya 23:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Mbega abahanuzi bazoguma biyumvira mu mutima wabo kuvuga ubuhanuzi bw’ikinyoma gushika ryari? Bavuga ubuhanuzi bw’ububeshi bakuye mu mutima wabo+.
26 Mbega abahanuzi bazoguma biyumvira mu mutima wabo kuvuga ubuhanuzi bw’ikinyoma gushika ryari? Bavuga ubuhanuzi bw’ububeshi bakuye mu mutima wabo+.