Matayo 14:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ico gihe, Herodi* buramatari w’intara ya Galilaya yumva ivyerekeye Yezu+. Luka 23:6, 7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Pilato avyumvise, aca abaza ko uwo muntu yoba ari Umunyagalilaya. 7 Amaze kumenya neza ko yava mu karere Herodi+ atwara, aca amurungika kwa Herodi, kandi na we nyene yari i Yeruzalemu muri iyo misi.
6 Pilato avyumvise, aca abaza ko uwo muntu yoba ari Umunyagalilaya. 7 Amaze kumenya neza ko yava mu karere Herodi+ atwara, aca amurungika kwa Herodi, kandi na we nyene yari i Yeruzalemu muri iyo misi.