Matayo 26:57 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 57 Abafashe Yezu baca bamujana kwa Kayifa+ umuherezi mukuru, ari na ho abanditsi n’abashingantahe b’iryo hanga bari bakoraniye+. Yohani 18:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Babanza kumujana kwa Anasi, kuko yari sebukwe wa Kayifa+, uwari umuherezi mukuru muri uwo mwaka+. Yohani 18:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Anasi aca amurungika aboshe ku muherezi mukuru Kayifa+. Ivyakozwe 4:5, 6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Bukeye, abatware babo, abashingantahe n’abanditsi bakoranira i Yeruzalemu. 6 Bari kumwe na Anasi+ umukuru w’abaherezi, Kayifa+, Yohani, Alegizandere n’incuti zose z’umukuru w’abaherezi.
57 Abafashe Yezu baca bamujana kwa Kayifa+ umuherezi mukuru, ari na ho abanditsi n’abashingantahe b’iryo hanga bari bakoraniye+.
5 Bukeye, abatware babo, abashingantahe n’abanditsi bakoranira i Yeruzalemu. 6 Bari kumwe na Anasi+ umukuru w’abaherezi, Kayifa+, Yohani, Alegizandere n’incuti zose z’umukuru w’abaherezi.