Luka 19:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Mugabo Zakayo arahaguruka, abwira Umukama ati: «Mukama, ica kabiri c’ivyo ntunze ngira ndagihe abakene, kandi ikintu cose nanyaze umuntu*, ngira ndagisubize incuro zine+.»
8 Mugabo Zakayo arahaguruka, abwira Umukama ati: «Mukama, ica kabiri c’ivyo ntunze ngira ndagihe abakene, kandi ikintu cose nanyaze umuntu*, ngira ndagisubize incuro zine+.»