Zaburi 45:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Wakunze ubugororotsi+, wanka ububisha+. Ni co gituma Imana, Imana yawe, yakurobanuje+ amavuta* y’umunezero+ kuruta bagenzawe. Ivyakozwe 10:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 inkuru yerekeye Yezu w’i Nazareti, ingene Imana yamurobanuje* impwemu nyeranda+ n’ububasha, hanyuma agaca mu gihugu akora ivyiza yongera akiza abantu bose bahahazwa na Shetani*+, kuko Imana yari kumwe na we+.
7 Wakunze ubugororotsi+, wanka ububisha+. Ni co gituma Imana, Imana yawe, yakurobanuje+ amavuta* y’umunezero+ kuruta bagenzawe.
38 inkuru yerekeye Yezu w’i Nazareti, ingene Imana yamurobanuje* impwemu nyeranda+ n’ububasha, hanyuma agaca mu gihugu akora ivyiza yongera akiza abantu bose bahahazwa na Shetani*+, kuko Imana yari kumwe na we+.