2 Abami 17:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Mu mwaka ugira icenda Hosheya aganza, ni ho umwami wa Ashuri yafata Samariya+. Yaciye atwara Abisirayeli mu bunyagano+ i Ashuri, abajana kuba i Hala n’i Habori hafi y’uruzi Gozani+ no mu bisagara vy’Abamedi+.
6 Mu mwaka ugira icenda Hosheya aganza, ni ho umwami wa Ashuri yafata Samariya+. Yaciye atwara Abisirayeli mu bunyagano+ i Ashuri, abajana kuba i Hala n’i Habori hafi y’uruzi Gozani+ no mu bisagara vy’Abamedi+.