ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 8:1, 2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Mu mwaka ugira gatatu w’ingoma y’umwami Belushazari+, jewe Daniyeli nareretswe ibintu vyiyongera ku vyo nari neretswe ubwa mbere+. 2 Igihe nariko ndihweza ivyo neretswe, nabonye ndi ku kirimba* i Shushani*+ mu ntara ya Elamu+. Muri iryo yerekwa, nabonye ndi iruhande y’uruzi* Ulayi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika