Luka 24:46, 47 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 46 araheza ababwira ati: «Handitswe yuko Kristu yobabajwe hanyuma akazuka mu bapfuye ku musi ugira gatatu+, 47 be n’uko hokwamamajwe mw’izina ryiwe yuko abantu bokwigaya kugira bababarirwe ibicumuro+, ivyo bigakorwa mu mahanga yose+ uhereye i Yeruzalemu+. Ivyakozwe 17:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Ego ni ko, Imana yarirengagije ibihe vy’ukwo kutamenya+. Ariko ubu iriko ibwira abantu bose, aho bari hose, yuko bakwiye kwigaya Ivyakozwe 26:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 ahubwo nahereye ku bantu b’i Damasiko+ hanyuma ab’i Yeruzalemu+, abo mu karere kose ka Yudaya n’abo mu mahanga, ngenda ndababwira ubutumwa bw’uko bakwiye kwigaya bakiyegereza Imana, mu gukora ibikorwa vyerekana ukwigaya+.
46 araheza ababwira ati: «Handitswe yuko Kristu yobabajwe hanyuma akazuka mu bapfuye ku musi ugira gatatu+, 47 be n’uko hokwamamajwe mw’izina ryiwe yuko abantu bokwigaya kugira bababarirwe ibicumuro+, ivyo bigakorwa mu mahanga yose+ uhereye i Yeruzalemu+.
30 Ego ni ko, Imana yarirengagije ibihe vy’ukwo kutamenya+. Ariko ubu iriko ibwira abantu bose, aho bari hose, yuko bakwiye kwigaya
20 ahubwo nahereye ku bantu b’i Damasiko+ hanyuma ab’i Yeruzalemu+, abo mu karere kose ka Yudaya n’abo mu mahanga, ngenda ndababwira ubutumwa bw’uko bakwiye kwigaya bakiyegereza Imana, mu gukora ibikorwa vyerekana ukwigaya+.