ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 3:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Izina ryiwe no kuba turyizera ni vyo vyatumye uwo mugabo mubona kandi muzi akomera. Ukwizera dufise biciye kuri Yezu ni kwo gutumye uwo mugabo akira neza nk’uko mwese muvyibonera.

  • Ivyakozwe 4:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 nimumenye mwese n’abantu bose bo muri Isirayeli, yuko uyu muntu ahagaze hano imbere yanyu akomeye kubera izina rya Yezu Kristu Umunyanazareti+, uwo mwamanitse ku giti+ mugabo Imana ikamuzura mu bapfuye+. Vyashobotse biciye kuri we.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika