Imigani 13:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Uwurinda inkoni* umwana wiwe aba amwanka+,ariko uwumukunda aritwararika* kumukosora+.