ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 6:6, 7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Aya majambo ndabategetse uno musi abwirizwa kuba ku mitima yanyu, 7 kandi mutegerezwa kuyasubiriramwo* abana banyu+ no kubabwira ivyayo igihe mwicaye mu nzu, igihe muriko muragenda mu nzira, igihe muryamye n’igihe muvyutse+.

  • Imigani 3:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Mwananje, ntiwanke gutozwa indero na Yehova+

      kandi nturakare igihe agukosoye+,

  • Imigani 19:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Kosora umwana wawe bigishoboka*+,

      ahandiho wohava wagirwa n’urupfu rwiwe*+.

  • Imigani 22:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 Niwigishe umwana* inzira akwiye gucamwo+.

      Azorinda asaza atarayivamwo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika