Abaroma 12:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Biciye ku buntu buhebuje* nagiriwe, mbwira umuntu wese hiyo muri mwebwe kutiyumvira ibimwerekeye kuruta uko bikwiriye+. Ahubwo yiyumvire mu buryo bubereye, bivanye n’urugero rw’ukwizera Imana yamuhaye*+. 1 Petero 4:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Mugabo iherezo ry’ibintu vyose riregereje. Mube rero abantu biyumvira neza*+, kandi mugume mwibuka gusenga*+.
3 Biciye ku buntu buhebuje* nagiriwe, mbwira umuntu wese hiyo muri mwebwe kutiyumvira ibimwerekeye kuruta uko bikwiriye+. Ahubwo yiyumvire mu buryo bubereye, bivanye n’urugero rw’ukwizera Imana yamuhaye*+.
7 Mugabo iherezo ry’ibintu vyose riregereje. Mube rero abantu biyumvira neza*+, kandi mugume mwibuka gusenga*+.