ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Timoteyo 5:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Abakurambere bahagarikira neza ishengero+ baterwe iteka ririmwo abiri+, canecane abakora cane mu kuvuga no mu kwigisha+.

  • 2 Timoteyo 2:24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Mugabo umushumba w’Umukama ntakwiye kurwana, ahubwo akwiye kuba umuntu yengenga* kuri bose+, ashoboye kwigisha, yigumya iyo agiriwe nabi+,

  • Tito 1:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Kubera ko umuhagarikizi* w’ishengero ari umusuku* w’Imana, ategerezwa kuba atagira ico aregwa, atumira ku vyiyumviro vyiwe+, adakaza ishavu+, ataborerwa, atarwana, atanohokera inyungu mbi.

  • Tito 1:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 yumira kw’ijambo* ryo kwizigirwa igihe akoresha ubuhanga bwiwe bwo kwigisha+, kugira ashobore kuremesha* abandi biciye ku nyigisho ngirakamaro*+ no gukosora*+ abayivuguruza.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika