Abaroma 13:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Twigenze mu buryo bubereye+, nko ku murango. Twirinde kwidagadura birenze, kuborerwa, gusambana, inyifato iteye isoni kandi y’akagagazo*+, kuryana no kugira ishari+.
13 Twigenze mu buryo bubereye+, nko ku murango. Twirinde kwidagadura birenze, kuborerwa, gusambana, inyifato iteye isoni kandi y’akagagazo*+, kuryana no kugira ishari+.