ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Timoteyo 1:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Mu vy’ukuri igituma ndagusavye gukora ivyo bintu*, ni ukugira ngo tugire urukundo+ ruva ku mutima udahumanye, kw’ijwi ryiza ryo mu mutima no ku kwizera+ kutagira ubwiyorobetsi.

  • 1 Timoteyo 1:18, 19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Mwananje Timoteyo, ndagusavye gukora ivyo bintu* nisunze ubuhanuzi bwavuzwe ku bikwerekeye, kugira bugufashe kubandanya urwana intambara nziza+, 19 ufise ukwizera n’ijwi ryiza ryo mu mutima+, iryo bamwe bashibuye bigatuma ukwizera kwabo gusaba nk’ubwato.

  • 2 Timoteyo 1:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Ndashimira Imana nkorera igikorwa ceranda nk’uko ba sogokuruza banje bayikoreye, mfise ijwi ryo mu mutima ridahumanye. Nguma ndakwibuka igihe ntakamba ijoro n’umurango.

  • 1 Petero 3:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Mugumane ijwi ryiza ryo mu mutima+, kugira ngo naho bobavuga nabi gute, ababavuga nabi bamaramare+ kubera mwigenza neza nk’abayoboke ba Kristu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika